У нас вы можете посмотреть бесплатно Capitaine Micombero na Simbananiye bari mu bagandaguye incabwenge z’Abahutu mu 1960 или скачать в максимальном доступном качестве, видео которое было загружено на ютуб. Для загрузки выберите вариант из формы ниже:
Если кнопки скачивания не
загрузились
НАЖМИТЕ ЗДЕСЬ или обновите страницу
Если возникают проблемы со скачиванием видео, пожалуйста напишите в поддержку по адресу внизу
страницы.
Спасибо за использование сервиса ClipSaver.ru
Abahutu b’incabwenge harimwo n’abari batowe n’abanyagihugu baragandaguwe inyuma y’amatora yo mu 1960, inyuma y’aho umwami w’Uburundi Mwambutsa ahungiye igihugu. Bivugwa na Pierre Claver Ndayicariye, arongoye umurwi ujejwe kumenya ukuri no kunywanisha Abarundi, hari mu kiganiro yahaye abamenyeshamakuru ku munsi wa kane i Bujumbura. Muri bamwe mu bo yagiriza ubwo bwicanyi avugamwo capitaine Michel Micombero na Arthémon Simbananiye, umwe yari ajejwe igisirikare uwundi na we ajejwe ubutungane.