У нас вы можете посмотреть бесплатно "Abarundi ntibariko baragura inyama z'inkoko zorowe n'amakoperative yahawe umutahe na PAEEJ" или скачать в максимальном доступном качестве, видео которое было загружено на ютуб. Для загрузки выберите вариант из формы ниже:
Если кнопки скачивания не
загрузились
НАЖМИТЕ ЗДЕСЬ или обновите страницу
Если возникают проблемы со скачиванием видео, пожалуйста напишите в поддержку по адресу внизу
страницы.
Спасибо за использование сервиса ClipSaver.ru
Burya rero abarundi ngo baragoye. Muri PAEEJ bati: Abarundi ntibariko baragura inyama z'inkoko zorowe n'amakoperative yahawe umutahe na Paeej-Burundi kandi bazigurisha ku mahera make. Hari ababesha abandi ngo izo nkoko (poulets de chair) bazitera inshinge. Kandi rero ngo bareka kugura izi zororewe mu Burundi ariko bakihereza nk'izo nyene zavuye hanze. Désiré MANIRAKIZA arongoye PAEEJ amenyesha ko bariko baragwiza aho bazigurishiriza bongere barondere amasoko mu bindi bihugu.