У нас вы можете посмотреть бесплатно WOGEJWE NA YESU | MU BARI MW'ISI NTA WUGOROROKA | GUHIMBAZA IMANA N°68 или скачать в максимальном доступном качестве, видео которое было загружено на ютуб. Для загрузки выберите вариант из формы ниже:
Если кнопки скачивания не
загрузились
НАЖМИТЕ ЗДЕСЬ или обновите страницу
Если возникают проблемы со скачиванием видео, пожалуйста напишите в поддержку по адресу внизу
страницы.
Спасибо за использование сервиса ClipSaver.ru
Mu bari mw isi nta wugororoka, Kandi nta wuri no mw ijuru, Atar' abizera ko bogejwe de N'amaraso ya Yesu gusa. Wogejwe na Yesu? Watunganijwe n'amaraso? Har' aho yakwuhagij' amaraso? Mbeg' imyambaro yaw' irera? Amaraso ya Yesu yogej' artyo Abanduy' imitima yabo: Ntimukererw' ariko munyaruke Mwisuke mu maraso yiwe. Wogejwe na Yesu? Watunganijwe n'amaraso? Har' aho yakwuhagij' amaraso? Mbeg' imyambaro yaw' irera? Umukiza ni yaz' agarukanye Ubgiza no kwubahwa rwose, Abataribgezwe bazinjir' i we Mu birori vy'ubukwe bate? Wogejwe na Yesu? Watunganijwe n'amaraso? Har' aho yakwuhagij' amaraso? Mbeg' imyambaro yaw' irera? Ntibazohagarar' imbere yiwe, Bazohinduk' ubgoba gusa, Wiyambure rer' impuzu zanduye, Ubone kwambar' iy' ubukwe. Wogejwe na Yesu? Watunganijwe n'amaraso? Har' aho yakwuhagij' amaraso? Mbeg' imyambaro yaw' irera?