У нас вы можете посмотреть бесплатно Indongozi zitaratahura neza ko igihugu gitera kija mu mbonakazoza zizosubirizwa nta kubembereza! или скачать в максимальном доступном качестве, видео которое было загружено на ютуб. Для загрузки выберите вариант из формы ниже:
Если кнопки скачивания не
загрузились
НАЖМИТЕ ЗДЕСЬ или обновите страницу
Если возникают проблемы со скачиванием видео, пожалуйста напишите в поддержку по адресу внизу
страницы.
Спасибо за использование сервиса ClipSaver.ru
Abataratahura neza ivyerekeye intunganyo nshasha boza barabatahura, umuyobozi mwishikira mu biro vy'umushikiranganji wa mbere wa Reta y'Uburundi Jean Claude Barutwanayo, aratanga inyishu aho avuga ko mu ntunganyo nshasha bazojana n'ababishoboye. Akaba yabishikirije kuri uyu wa 14 nzero umwaka w'2026 mu gisagara ca Bujumbura mu nama umushikiranganji wa mbere Nestor Ntahontuye yagiranye n'abarongoye Intara, ama komine hamwe n'abarongoye ibisata bitandukanye muri komine. #Burundi