У нас вы можете посмотреть бесплатно INTÂMBO 8. INGOMA 7. AMAGǍBA NTIBǍBA N'ÁBĀ GÁTĀNU, UBUTǓNGĀNE MU BURǓNDI SI ÈJO, BURACÂRI KU MPǏNGA! или скачать в максимальном доступном качестве, видео которое было загружено на ютуб. Для загрузки выберите вариант из формы ниже:
Если кнопки скачивания не
загрузились
НАЖМИТЕ ЗДЕСЬ или обновите страницу
Если возникают проблемы со скачиванием видео, пожалуйста напишите в поддержку по адресу внизу
страницы.
Спасибо за использование сервиса ClipSaver.ru
Amagaba afise amakosa 17 atashobora kubagira aba mbere ni aho vyogenda gute. Amakosa makuru makuru 1. Nta « murisho ukwije ibisabga n'amategeko » n'umwe bavugije 2. Bagira « mix » si ingoma kama z'Uburundi (ca ufata ko batari bakwiye no kuja i Gitega mbere no kurenga i Bujumbura ntivyari kuba) 3. Umudiho wabo ni ikindi kindi si uw'ingoma z'Uburundi (ca ufata ko batari bakwiye no kuja i Gitega mbere no kurenga i Bujumbura ntivyari ku 4. Bagize umuterero urenza iminota 5 mu rukino rw’ingoma rw'iminota 10. 5. Barakoma induru bagashira urushi ku munwa kizira mu ngoma 6. Baratakaje umurisho kizira mu ngoma (7'33") Umurisho wagiye gutorwa ku munota w'7'40" 7. Uwatakaje umurisho yagumye imbere kandi kizira. Yabgirizwa guca ava imbere. 8. Abo batimbo bashaka ko urukino rwose ruba inguvu kandi n'ijambo rya gishingantahe ibihimba vyose bidahambaye kumwe. 9. Ntibasimbira hamwe. Bamwe bashika kure abandi hagufi bamwe kandi aho hose bamwe « bagasimba ruzu» abandi « basimvye rukasi» 10. Ntibasimbira rimwe. Barasigana umwanya muto ubibona kuko uzi ingoma. 11. Barashiramwo izindi ntambo nk'intore (7'4") 12. Mu kuvuza barasimba umurisho ha kuvuza imirisho ine bakavuza itatu nkana (7'59") 13. Uwuserukira ingoma aguma aza gutamba agora abariko barakina imbere. Erega arafise umurisho wiwe. Kandi aho hose akaza gusimba nabi. Yoshobora no gucumita abo batambana. 14. Nta murisho w’Akanyamusanda bavuza. 15. Barasimba ingoma itavuza. Uwuserukira ingoma akagira agatebetebe ingoma zitavuga. 16. Barahenuye ingoma kizira. 17. Nta ruvyino bashize hagati ngo rutambge kuko bamaze umwanya munni bagira umuterero. Ni aho kw'ikosa ryose wobakura inota rimwe (-1%) boca baronka 83% ayo manota na yo Gishora yarayarengeje. Hari n'aho batari kuba n'aba kabiri.