У нас вы можете посмотреть бесплатно Drama T :Ukuri kuri YouTube ya Drama T 😱 Indirimbo ziwe zimaze kurenga 1M de vues! или скачать в максимальном доступном качестве, видео которое было загружено на ютуб. Для загрузки выберите вариант из формы ниже:
Если кнопки скачивания не
загрузились
НАЖМИТЕ ЗДЕСЬ или обновите страницу
Если возникают проблемы со скачиванием видео, пожалуйста напишите в поддержку по адресу внизу
страницы.
Спасибо за использование сервиса ClipSaver.ru
Muri iyi video turavuga ku rugendo rwa YouTube rw'umuririmvyi w'umurundi Drama T. Turerekana aho channel yiwe yatanguriye, igitigiri c'indirimbo amaze gushira kuri YouTube hamwe n'indirimbo zimaze kuronka 1 Million de vues. Turavuga kandi ku kuntu ibikorwa vyiwe biriko biratera imbere kuri YouTube n'ukuntu abakunzi biwe baguma bamushigikira cane. Nimba ukunda amakuru ajanye n'abaririmvyi b'abarundi n'ibikorwa vyabo kuri YouTube, ntiwibagire gukora Subscribe kuri channel yacu kugira ntuzosubire gucikanwa n'izindi video. #Drama_T #Drama_T_Burundi #Drama_T_YouTube #Drama_T_songs #Drama_T_1_million_views #Drama_T_music #Burundi_music #abaririmvyi_b'abarundi #Burundi_artists #Drama_T_biography #Drama_T_channel #East_Africa_music #Burundi_entertainment #Drama_T_hits