У нас вы можете посмотреть бесплатно Imyaka 13 iraheze isoko nkuru ya Bujumbura ihiye iratokombera, reta iriko ikora iki Kugira yubakwe? или скачать в максимальном доступном качестве, видео которое было загружено на ютуб. Для загрузки выберите вариант из формы ниже:
Если кнопки скачивания не
загрузились
НАЖМИТЕ ЗДЕСЬ или обновите страницу
Если возникают проблемы со скачиванием видео, пожалуйста напишите в поддержку по адресу внизу
страницы.
Спасибо за использование сервиса ClipSaver.ru
Imyaka 13 irumanye isoko nkuru ya #Bujumbura ihiye! Kur'uyu wa 27 nzero uwu mwaka, imyaka 13 irumanye neza, isoko nkuru ya Bujumbura ihiye iratokombera. Iyo soko yahiye ku wa 27 nzero 2013, aho abanyagisagara ca Bujumbura bavyurwa n'umwotsi wayo, akaba kabaye. Yakoreramwo abadandaza barenga 7000. Kuva ico gihe, haramaze kuzanwa imigambi itari mike yo kwubaka isoko nziza ya kijambere ahahoze iyo ya mbere, ariko nta n'umwe muri yo wigeze ushirwa mu ngiro. Abatari bake babona ko ivyo biteza uruhombo rutari ruto ku gihugu, kuko iyo soko yahiye yari intimatima y'ubutunzi bw'igihugu. Umugambi uheruka wa vuba wo gusubira kuyubaka, wari wazanywe na #Fablice_Manirakiza, arongoye ishirahamwe #Ubaka_Nation. Ariko mu nyuma vyagaragaye ko ibijanye n'uburyo bw'iryo shirahamwe bitari bitunganijwe neza, ubu uwo mugambi ukaba uriko urigwako mu nama nshikiranganji ingene woshirwa mu ngiro. #Menya N'ibi Média