У нас вы можете посмотреть бесплатно 👉“Bujumbura: Iduzwa ry’amahera y’amazu ryatewe n’abanyamahanga? Ukuri kose!” или скачать в максимальном доступном качестве, видео которое было загружено на ютуб. Для загрузки выберите вариант из формы ниже:
Если кнопки скачивания не
загрузились
НАЖМИТЕ ЗДЕСЬ или обновите страницу
Если возникают проблемы со скачиванием видео, пожалуйста напишите в поддержку по адресу внизу
страницы.
Спасибо за использование сервиса ClipSaver.ru
👉 Muri iyi video turaganira ku kibazo kimaze imisi kivugwa cane mu gisagara ca Bujumbura: iduzwa rikabije ry’amahera y’amazu. Hari amakuru avuga ko hari abantu baturuka mu bindi bihugu baza i Bujumbura bafise ubushobozi bwo kuriha amafaranga menshi, ivyo bigatuma bamwe mu bakotesha amazu baduza ibiciro ku rwego rwo hejuru. Ese ni vyo koko? Abanyagihugu basanzwe bo vyifashe gute? Ni izihe ngaruka bishobora kugira ku buzima bw’abarundi? 👉 Raba video yose umenye ukuri kwose kuri iki kibazo kiriko kiragira ingaruka ku bantu benshi. 🔔 Ntiwibagire gukanda Subscribe kugira ntuzohave usiba izindi videos nk’izi. #Bujumbura #Burundi #amazu_Bujumbura #rentBurundi #iduzwa_ry’amazu ##Burundi_news #Bujumbura_houses #life_in_Bujumbura #Burundi_economy #amakuru_y’Uburundi #abanyamahanga_Bujumbura #cost_of_living_Burundi #housing_crisis_Africa #real_estate_Burundi #amakuru_mashasha_Burundi