У нас вы можете посмотреть бесплатно Abafise amatati afatanye isano n'ubwicanyi bwabaye mu 1972 yose azotorerwa inyishu n'umugwi CVR или скачать в максимальном доступном качестве, видео которое было загружено на ютуб. Для загрузки выберите вариант из формы ниже:
Если кнопки скачивания не
загрузились
НАЖМИТЕ ЗДЕСЬ или обновите страницу
Если возникают проблемы со скачиванием видео, пожалуйста напишите в поддержку по адресу внизу
страницы.
Спасибо за использование сервиса ClipSaver.ru
Ingendo yo kunywana no gusubiza hamwe ntiyokunda mu gihe abahuye n'amakuba yashikiye uburundi mu mwaka w'1972 badahawe umwanya , abababaye n'ababuze ivyabo bavuge ivyabashikiye, gutyo ayo matati atorerwe inyishu. Bamwe mu bashikiwe n'ivyago vyatewe n'ayo makuba yabaye mu 1972 barashinze intahe z'ivyo babonye bongera barasaba ko umugwi #CVR wobumviriza, ukazobatunganiriza, bagasubuzwa iteka. Ni bimwe mu vyakozwe n'umugwi CVR kuri uyu wa 28 Nzero 2026 ku murwa mukuru w'intara ya #Butanyerera. #Burundi #CVR #CNTB